Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Burundi – Congo Brazzaville : Abakinyi 23 b’Intamba batumweko mu myiteguro

Umumenyereza w’abakinyi b’Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23 yatumyeko abakinyi 21 bagiye kwitegurira urukino ruzohuza Uburundi na Congo Brazzaville mu gice kigira kabiri c’ihiganwa rya Africa ry’abatarenza imyaka 23.

Mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi bavuga ko umwiherero w’abo batumweko uzotangura kw’igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2019.

Urwo rukino ruzoba ku kwezi kwa gatatu (Ntwarante), ariko igenekerezo rikaba ritaramenyekana.

Abakinyi batumweko ni : 

1.Bankagakura Bosco(LLB)
2.Kanyamuneza Aime Christian (Messager Bujumbura)
3.Harerimana Emmanuel(Buja City)
4.Samuel Ndizeye(vital’o)
5.Moussa Ndikumana(Buja City)
6.Iddy Museremu (Messager Ngozi)
7.Olivier Bayizere(Messager Ngozi)
8.Tuyusenge Yasser(Rukinzo FC)
9.Kubuntu Ismaël (LLB)
10.Aimé Gakiza (Messager Buja)
11.Aoron Musore (Musongati)
12.Joseph Kashindi(Musongati)
13.Nyange Yussuf(Aigle noir)
14.Rugerinyange Joseph(vital’o)
15.Nshimirimana Ismaïl (Rukinzo)
16.Dusabe Olivier(vital’o)
17.Nahimana Guy(Buja City)
18.Ndayikeza Abdi(Kayanza United)
19.Issa Hubert(Athletico Olympic)
20.Ndikumana Chris(Musongati)
21.Moussa Muryango (Vital’o)

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS