Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Abarundi 433 bahora mw’ikambi y’impunzi ya Nduta bahungutse

Abarundi bagera ku 433 bahora mw’ikambi y’impunzi ya Nduta mu gihugu ca Tanzaniya bahungutse kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma 2018, bakaba bashitse mu Burundi nk’igihe c’isaha zitandatu z’umurango.

Abo barundi binjiriye muri komine Giharo basanzwe bavukamwo bose, intara ya Ruyigi, ishirahamwe HCR ryitaho impunzi rikaba ariryo ryabunguruje.

Abo bahungutse bavuga ko banezerejwe no gutahuka. Uwaserukiye Reta akaba abasaba ko boshika bakura amaboko mu mpuzu kugira biteze imbere.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS