Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Mu Burundi hatangujwe urunani rw’abamenyeshamakuru bagenzi b’abana

Ubushikiranganji bw’ukumenyesha amakuru hamwe n’ishirahamwe mpuzamakungu UNICEF ryitaho ineza y’abana batanguje mu Burundi kuri uwu wa gatatu urunani rw’abamenyeshamakuru bagenzi b’abana. Urwo runani rwatangurijwe mu ntara ya Rumonge, ahari hakoraniye abarongoye ibimenyeshamakuru vyose vyo mu Burundi.

Urwo runani ruje guhindura iki ku vyari bihari ? Ruzofasha iki mu bijanye n’ineza y’abana ?

Inyishu ni muri iyi nkuru, aho Chanel Nsabimbona umuyobozi mukuru bu bushikiranganji bw’ukumenyesha amakuru atanga umuco.

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS