Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Icotuma urwaruka ruronka akazi muri ibi bihe mu Burundi

Ikoraniro “Great Lakes Economics Summit” ryahuje abaserukira ibigo bijejwe kworohereza abanyamitahe batobato n’abahinga mu vyerekeye ivy’ubutunzi. Abanyamitahe bato bato bakarihirizwa ubwenge ku buryo bokuza imitaje yabo mu gutunganya neza imigambi y’iterambere.

Ni iki cotuma urwaruka ruronka akazi muri ibi bihe mu Burundi ? Ni muri iyo vidéo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS