Amakuru AgezwehoBurundiInkino

CHAN : Abakinyi 25 b’Intamba mu rugamba batumweko kwitegurira urukino rwa Uganda

Umumenyereza w’Intamba mu rugamba z’abakinyi bakinira mu Burundi (Les Locaux) yatumyeko abakinyi 25 bagiye kwitegurira urukino rw’ugusubiriza ruzohuza Uburundi na Uganda mu gisagara ca Kampala kw’igenekerezo rya 19 Gitugutu 2019. Urwo rukino ni urwo kurondera imirwi izokwitaba ihiganwa rya CHAN 2020. Mu rukino rwa mbere Uganda yari yatsinze Uburundi bitatu ku busa.

Abakinyi 25 batumweko ni :

1. RUKUNDO Onesime (MESSAGER NGOZI)
2. RUGERINYANGE Joseph (VITAL’O)
3. HAILE Shalom (LLB)
4. NDIZEYE Eric (MUSONGATI)
5. HARERIMANA Emmanuel (BUJA CITY)
6. AMIN Abdoul (MESSAGER NGOZI)
7. NDIKUMANA Faustin (RUKINZO)
8. NGABONZIZA Blanchard (AIGLE NOIR C.S)
9. NDIKUMANA Asman (AIGLE NOIR C.S)
10. HARERIMANA Lewis (INTER STAR)
11. URASENGA Cedric Danny (MESSAGER NGOZI)
12. BIGIRIMANA Abedi (RUKINZO)
13. RUKUNDO Therence ( KAYANZA UTD)
14. GASONGO Benjamin ( AIGLE NOIR C.S)
15. MASSUD Narcisse (AIGLE NOIR C.S)
16. MUSEREMU Iddy (MESSAGER NGOZI)
17. GAKIZA Aimé (FLAMBEAU DU CENTRE)
18. BYAMUNGU Raoul (BUMAMURU)
19. NDIKUMANA Landry (KAYANZA UTD)
20. MAVUGO Cedric (AIGLE NOIR C.S)
21. BAYIZERE Olivier (MESSAGER NGOZI)
22. KARIKERA Ibrahim (MESSAGER NGOZI)
23. TUYIHIMBAZE Gilbert (BUJA CITY)
24. NDAYISMIYE Youssouf Nyange (AIGLE NOIR C.S)
25. MUHINDO Fundi Trésor (LLB)

Tags
Show More

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Close