Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Abahoze ari intwazangabo bagirizwa urupfu rwa Prezida Ndadaye basubiriye kurenguka mu butungane

Abantu bane bahoze ari intwazangabo mu gisirikare c’Uburundi bapfunzwe bagirizwa urupfu rw’uwahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi Melchior Ndadaye barengutse kuri uwu wa kabiri ubugira gatatu mu butungane.

Abarengutse mu butungane ni Colonel Laurent Niyonkuru, Colonel Gabriel Gunungu, Général Celestin Ndayisaba batazira Kibadashi hamwe na Colonel Anicet Nahigombeye bumvirijwe mu gisata ca Sentare ntahinyuzwa ya Gitega kijejwe kuraba ko borekurwa bakaburana bidegemvya canke ko bogumizwa mw’ibohero.

Ingingo yafashwe y’ubutungane izomenyekana inyuma y’amasaha 48.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS