Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Abakinyi 25 b’Intamba mu rugamba batumweko kwitegurira urukino rudasanzwe rw’Uburundi na Gabon

Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Olivier NIYUNGEKO batazira Mutombola ahejeje gushira ahabona amazina 25 y’abakinyi b’umurwi mukuru (senior) nserukiragihugu w’Uburundi batumweko kwitegurira urukino rudasanzwe ruzohuza Uburundi na Gabon kw’igenekerezo rya 23 Ntwarante 2019. Urwo rukino nirwo ruzokwerekana namba Uburundi buzokwitaba ihiganwa ry’igikombe ca Afrika ku ncuro ya mbere. Aho ni mu gihe INTAMBA MU RUGAMBA zotsinda canke zikanganya na Gabon.

Abo bakinyi 25 b’INTAMBA MU RUGAMBA nibo batumweko, mbere bikavugwa ko n’ubutumire bamaze kuburungikirwa kugira imirwi bakinamwo ibaronse akanya ko kuja i Bujumbura.

Abatumweko

1. NAHIMANA Jonathan : KMC ( Tanzanie )
2. NDIKUMANA Justin: SOFAPAKA (Kenya )
3. ARAKAZA MC Arthur : Lusaka Dynamos ( Zambia)
4. NSABIYUMVA Frédéric : CHIPPA UTD( RSA)
5. MOUSSA Omar : SOFAPAKA
6. NGANDO Omar : ASK (Rwanda)
7. HARERIMANA R.Léon : ASK
8. NSHIMIRIMANA David : MUKURA VS
9. NDUWARUGIRA Christophe : AMORA TB Saad ( Portugal )
10. NIZIGIYIMANA A.Karim : Vipers FC ( Uganda )
11. DUHAYINDAVYI Gael: Mukura
12. BIGIRIMANA GAEL : Hibernian ( Ecosse )
13. KWIZERA Pierre : Al Oruba ( Oman )

14. Papy Faty : Malanti Chiefs (Swaziland)
15. NAHIMANA Shassiri : AL MOJZEL ( A.Saoudite)
16. MUSTAFA Francis: Gor mahia ( Kenya)
17. SHABANI Hussein : Ethiopian Coffee FC ( Ethiopia )
18. AMISSI Cédric : ALT’awoun ( A. Saoudite)
19. BERAHINO Saido : Stoke City ( England)
20. Fiston Abdoul : JSK ( Algerie )
21. SABUMUKAMA Enock : Zesco Utd( Zambia)
22. NDIKUMANA Y.Selemani: AL ADALAH ( Ar. Saoudite )
23. AMISSI Mohamed: Global Football Academy : Hollande
24. MAVUGO Laudit : Napsa Stars ( Zambia)

25. SHAKA Bienvenue: Etoile du Sahel (Tunisie)

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS