Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Abakinyi 26 b’Uburundi biteguriye guhura na Congo Brazzaville batangura umwiherero kuri uwu wa mbere

Umumenyereza w’Intamba mu rugamba abakinyi badashikana imyaka 23 yatumyeko abakinyi 26 bagiye kwitegurira urukino ruzohuza Uburundi na Congo Brazzaville ruzoba kw’igenekerezo rya 20 Ntwarante 2019, ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore. Abo bakinyi batumweko batangura umwiherero kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 11 Ntwarante 2019, isaha icenda n’iminota mirongo itatu (15h30), kuri Centre Technique National).

Abakinyi batumweko ni :

1.Rukundo Onesime(Messager ngozi)

2.Mutombora Fabien(Vipers)

3.Ndizeye Aimé Fales(Aigle noir)

4.Moussa Muryango(Vital’o Fc)

5.Éric Ndizeye(Musongati)

6.Moussa Omar(Sofapaka)

7.Chancel Ndaye (Tcheque)

8.Kashindi Joseph(Musongati)

9.Ndikumana Chris(Musongati)

10.Bigirimana Ramadhan(Stand United)

11.Nahimana Moussa(Global football academy)

12.Nyange Yousouf(Aigle noir)

13.Shabani Muryango Mabano (Aigle noir)

14.Ndikumana Moussa(Bujumbura city)

15.Ndikumana Trésor(Amagaju)

16.Iddy Museremu(Messager ngozi)

17.Kanakimana Bienvenue(Aigle noir)

18.Aoron Musore(Musongati)

19.Amissi Mohamed(Nac breda)

20.Mavugo Cédric (Aigle noir)

21.Saïdi Irakoze(Musongati Fc)

22.Gakiza Aimé (Messager Bujumbura)

23.Shaka Bienvenue(Etoile du Sahel)

24.Éric Ndoriyobija(Stand united)

25.Jules Ulimwengu(Rayon sport)

26.Kubuntu Ismaïl(L.L.B S4a).

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS