Amakuru AgezwehoInkino

Basketball : Gymkana yafashe ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ritarahera

Umurwi wa Gymkana  niwo wafashe ikibanza ca mbere mw’ihiganwa ry’umupira w’amaboko (Basketball) ry’i Bujumbura.

Inyuma y’inkino zabaye mu mpera y’iyi ndwi, niho uwo murwi wamenyekana ko utahukanye ikibanza ca mbere, iyindi mirwi iri muri iryo higanwa ikaba ihiganirwa ibibanza bisigaye. Mu rukino rutari rworoshe, Gymkhana yatsinze Dynamo ku manota 69 kuri 67

Tags
Show More

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Close