Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Basketball : Umurwi Urunani watsinze Dynamo (Vidéo)

Inyuma yo gutsinda Dynamo ku manota 47 kuri 35, raba uko vyagenze ku munsi w’ejo, n’akanyamuneza abafana b’Urunani bari bafise. Ni iyihe nsiguro abafana n’umumenyereza baha intsinzi ya Dynamo? Ni muri iyi vidéo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS