Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Bimwe mu vyahindutse mw’ibwirizwa rigenga amatora, nk’uko bishikirizwa n’umukuru w’inama nshingamateka

Umukuru w’Inama Nshingamateka y’Uburundi Pascal Nyabenda mu nama yagiranye n’abaserukira abandi mu ntara ya Kirundo kuri uyu wa gatanu yarabamenyesheje bimwe bimwe mu vyahindutse mw’ibwirizwa rigenga amatora. Umviriza bimwe muvyahindutse.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS