Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Burundi : Abakinyi 25 b’Intamba bagiye kwitegurira inkino za CHAN batumweko

Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yamenyesheje urutonde rw’abakinyi 25 batumweko, kugira bitegurire inkino za Afrika za CHAN zihuza imirwi ikina mu bihugu vyayo (Les Locaux), inkino z’ugukurakuranamwo (Eliminatoires) zikaba zizitangura kw’igenekerezo rya 27 Mukakaro 2019. Mu rukino rwa mbere Uburundi buzohura na Sudani y’epfo.

Abakinyi 25 batumweko ni :

1. Rukundo Onesime (Messager Ngozi)

2. Bankagakura Bosco (Rukinzo FC)

3. Rugerinyange Joseph (Vital’O FC)
4. Ndizeyé Éric (Musongati)
5. Ndikumana Faustin (Rukinzo Fc)
6. Hicuburundi Hussein (Kayanza Utd)
7. Abdoul Amini (Messager Ngozî)
8. Ndikumana Chris (Musongati FC)
9.Kashindi Joseph (Musongati FC)
10. Ndayishimiye Youssouf-Nyange (Aigle Noir)
11. Nshimirimana Jospin (Rukinzô FC)
12. Nshimirimana Ismaïl(Aigle Noir)
13. Kagabo Cedric Danny( Messager Ngozi)
14. Iddy Museremu (Messager Ngozi)
15. Olivier Bayizere (Messager Ngozi)
16. Kubuntu Isamael (LLB)
17. Dusabe Oliver (Vital’O)
18. Ndayikeza Abdi (Kayanza United)
19. Aaron Musore. (Musongati)
20. Aimé Gakiza (Flambeau du Centre)
21. Mavugo Cédric (Aigle Noir)
22. Irambona Tonny (Messager Ngozi)
23.Sébastien Bashirahishize (Bumamuru)
24. Nduwayo Clovis (Rukinzo FC)
25. Issa Hubert (Atletico Olympic)

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS