Amakuru AgezwehoBurundi

Burundi : Abakinyi b’Intamba batumweko kwitegurira kurondera itike y’ukuja mu gikombe c’isi yose

Mu ntumbero y’ukwitegurira inkino z’ugukurakuranamwo, z’ukurondera imirwi izokwitaba ihiganwa ry’igikombe c’isi yose kizobera mu gihugu ca Qatar mu mwaka w’2022, umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba yatumyeko abakinyi 29 bagiye kwitegurira urukino ruzohuza Uburundi na Tanzaniya. Urwo rukino rwa mbere (Aller) ruzoba kw’igenekerezo rya 4 ukwezi kw’icenda 2019, i Bujumbura ku kibuga citiriwe Intwari.

Abakinyi 29 batumweko ni : 

1.Ndikumana Justin
2.Nahimana Jonathan
3.Arakaza Mac Arthur
4.Nshimirimana David
5.Ngando Omar
6.Moussa Omar
7.Nsabiyumva Frédéric
8.Bacanamwo Joël
9.Ramazani Diamant
10.Harerimana Rachid Léon
11.Ndaye Chancel
12.Duhayindavyi Gael
13.Bigirimana Gael
14.Kwizera Pierrot
15.Amissi Cédrid
16.Nahimana Shassiri
17.Moustafa Francis
18.Kamsoba Elvis
19.Akimana Akonkwa
20.Kasongo Benjamin
21.Ulimwengu Jules
22.Amissi Mohamed
23.Kanakimana Bienvenue
24.Shabani Hussein Tchabalala
25.Fiston Abdoul Razzak
26.Berahino Saido
27.Laudit Mavugo
28.Bimenyimana Bonfils Caleb
29.Shaka Bienvenue

Tags
Show More

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Close