Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Bururi : Umutama w’imyaka 79 yagirizwa kwica umugore wiwe yaciriwe urubanza

Sentare nkuru y’intara ya Bururi yashashe kuri uwu wa gatanu mu rubanza rw’ikibiriraho yumviriza umutama wo muri komine Mugamba, intara ya Bururi, yagirizwa kugandagura umugore wiwe.

Etienne Nzeyimana w’imyaka 79 yaburanye yemera icaha yagirizwa, arivugira wenyene ko ariwe yishe uwo mukenyezi wiwe.

Sentare nkuru y’intara ya Bururi yamuciriye igihano c’umunyororo w’imyaka 20.

Étienne Nzeyimana yagandaguye umugore wiwe mw’ijoro ryo kuwa 7 Ndamukiza 2019. t

 

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS