Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

CAN 2019 : Uburundi buri mu murwi umwe na Nigeria

Uburundi buri mu murwi wa B mw’ihiganwa ry’igikombe ca Afrika (CAN 2019) kizobera mu gihugu ca Egypte muri uku kwezi kwa gatandatu. Muri iryo higanwa, mu nkino za mbere, Uburund buzohura na Nigeria, Guinea, hamwe na Madagascar.

Uburundi buzokina urukino rwa mbere na Nigeria.

Iyindi mirwi nserukirabihugu izohura uku gukurikira

Umurwi (Groupe) A

ÉGYPTE

RD CONGO

OUGANDA

ZIMBABWE

Umurwi (Groupe) B

NIGERIA

GUINEE

MADAGASCAR

BURUNDI

Umurwi (Groupe C)

SENEGAL

ALGERIE

KENYA

TANZANIE

Umurwi (Groupe) D

MAROC

COTE D’IVOIRE

SOUTH AFRICA

NAMIBIE

Umurwi (Groupe E)

TUNISIE

MALI

MAURITANIE

ANGOLA

Umrwi (Groupe F)

CAMEROUN

GHANA

BENIN

GUINEE BISSAU

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS