Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

“Hategerezwa kwubakwa icibutso c’abahitanywe n’ubwicanyi muri Kaminuza y’Uburundi” – Zirikana UB95

Mu gihe ishirahamwe Zirikana UB -95 ry’abacitse kw’icumu mu bwicanyi bwakorewe abanyeshure muri Kaminuza y’Uburundi mu mwaka w’1995 ryariko ryibuka abanyeshure b’abahutu bapfiriye muri kaminuza bagandaguwe, abagize iryo shirahamwe barashimira Reta zunze ubumwe ya Amerika kubona yaragarukanye mu Burundi umwe mu bagirizwa ubwo bwicanyi, ariko bagasaba ubutungane ko bwokwerekana ukuri kuri ubwo bwicanyi, ababukoze bagahanwa. Abagize iryo shirahamwe basaba kandi ko muri Kaminuza y’Uburundi hokwubakwa icibutso c’ubwo bwicanyi.

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS