Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Ibisigarira vy’abantu bahambwe mu binogo rusangi vyohambanwa iteka gute ?

Umugwi w’igihugu ujejwe ukuri no kurekuriranira CVR watunganije inama y’iminsi ibiri kuva kuri uwu wa kane gushika kuri uwu wa gatanu, inama iriko ibera i Gitega yo guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ibinogo rusangi (fosses communes ) vyahambwemwo abantu bishwe mu magume igihugu cagiye kiracamwo.

Bimwe mu bibazo abatumiwe muri iyo nama bariko barahanahanako ivyiyumviro, ni gute ibisigarira vyabo bantu vyohambanwa iteka ?

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS