Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Ikiza ca Cholera casubiye kwibonekeza mu ntara z’uburengero bw’Uburundi

Umushikirangaji w’amagara y’abantu asaba abanyagihugu kugira isuku na cane cane kwirinda gukoresha amazi mabi, aho ni mu gihe ikiza ca Cholera casubiye kwibonekeza mu ntara z’uburengero bw’Uburundi.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS