Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Imiti y’agaciro k’imiriyoni zirenga 90 z’amarundi yatanzwe n’ubuserukizi bwa Misiri

Ubuserukizi bw’igihugu ca Misiri mu Burundi bwaratanze kuri uwu wa ka gatatu imfashanyo y’imiti ifise agaciro k’amafaranga yababa imiriyoni ijana z’amarundi, mu bushikiranganji bw’Amagara y’Abantu bashikirje ko iyo miti izosahiriza mu kubandanya bashira mu ngiro umugambi wa Reta wo kuvura ku buntu abana bafise imyaka iri munsi y’itanu.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS