Ingwara zo ku rukoba zirabangamiye abanyamwema mu Burundi. Abagera kuri 18 baritavye Imana
Abanyamwema barasaba ko bokwitabwaho gusumba, Kazungu Kasssim arongoye ishirahamwe ry’abanyamwema asigura ko abashika 18 bamaze guhitanwa n’ingwara z’urukoba abandi 12 barwaye. Ni iki kiriko kirakorwa kugira bakingigwe? Umviriza ivyo uwuserukira ishiramwe ry’abanyamwema mu Burundi Kazungu Kasim asaba.