Amakuru AgezwehoBurundiInkino

Intamba U-15 : Abakinyi 19 bagiye guserukira Uburundi muri Erythrée

Umurwi ujejwe ubuhinga mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi washize ahabona kuri uwu wa kabiri urutonde rw’abakinyi 19 batarenza imyaka 15 (U-15) bagiye kwitaba inkino za CECAFA zizobera mu gihugu ca Erythrée, kuva igenekerezo rya 16 Myandagaro gushika kw’igenekerezo rya mbere Nyakanga 2019. Urwo rutonde rusohotse inyuma y’imyimenyerezo yari imaze iminsi ibera kuri Centre Technique National. Abo bakinyi bazofata urugendo muri iyi ndwi, urukino rwa mbere rw’Uburundi narwo rukaba ruzoba kuri uwu wa kane igenekerezo rya 15 Myandagaro 2019.

Urutonde rw’abazoserukira Uburundi (Intamba U-15)

Abanyezamu

1. NTIRANDEKURA Eloge
2. IRANKUNDA Osa0na

Abakinyi b’inyuma

3. ICOYITUNGIYE Kévin
4. HAKIZIMANA Ally
5. BARITONDA Fleury
6. NGABIRANO Slim
7. BAYISENGE Ibrahim

Abakinyi bo hagati

8. TUYIZERE Uledi
9. IRAKOZE Jean Darcy
10. SHAKA Bruce Landry
11. ARAKAZA Tonny
12. BAYISENGE Aboubacar
13. MANIRAKIZA Houzaifa
14. IGIRANEZA Adelard

Abasatirizi

15. DJUMA Jaffari
16. MUGISHA Adamo
17. INTEYITEKA Florien
18. ITERITEKA Jean Charlemagne
19. NDUWIMANA Patrick

Tags
Show More

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Close