Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Itegeko rishasha rigiye kugenga iperereza ryemejwe n’inama nshingamateka (Vidéo)

Ni iyihe mvo n’imvano y’itegeko rishasha rigiye kugenga iperereza SNR mu Burundi? Rije gufasha iki? Umviriza ingene umushikiranganji w’umutekano Alain Guillaume Bunyoni arisigura. Hari kuri uyu wa kabiri mu ngoro y’amakoraniro mu kigobe imbere y’uko iryo tegeko ryemezwa n’abashingamateka 108 kw’ijana n’icenda bari bitavye ikoraniro.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS