Amakuru AgezwehoBurundi

Karusi : Abigisha batatu bagirizwa gutunga ibirwanisho

Abigisha 3 bo muri komine Mutumba intara yaa Karusi bari mu gasho ku biro vy’iperereza muri iyo ntara kuva kuri uwu wa kabiri, bakaba bafashwe mw’ijoro ryo ku munsi wa mbere, nk’uko bivugwa n’imiryango yabo.

Mu giporisi mu ntara ya Karusi bamenyesha ko abo bagabo bagirizwa ko batunze ibigwanisho, bakaba bagiye kuzoshikirizwa ubutungane.

Tags
Show More

Related Articles

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Close