Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Mu runani FENADEB basaba abantu bose kudomako urutoke ku muntu wese akoresha umwana ataragera

Ibikorwa bitandukanye bikoreshwa abana bakiri bato birabangamira ubuzima bwabo hadasigaye inyuma kazoza kabo n’ak’igihugu. Abana bakoreshwa ivyo bikorwa mu gisagara ca Bujumbura basaba bagenzi babo gukurikirana ishure.

Nayo Urunani rw’amashirahamwe aharanira agateka k’abana mu Burundi FENADEB rusaba abantu bose kudomako urutoke uwo wese akoresha umwana ataragera. Aho ni mu gihe isi yose yariko ihimbaza kuri uwu wa gatatu umunsi mpuzamakungu wo kurwanya ibikorwa bikoreshwa abana.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS