Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Murwi : Abantu batatu bakubiswe n’inkuba

Umwe umwe yapfuye uwundi arakomereka bikomeye, bompi bakaba bakubiswe n’inkuba ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana ku mutumba Bubogora, komine Murwi, intara ya Cibitoke. Uwugira gatatu nawe yarahembutse, nk’uko vyemezwa n’igiporisi c’Uburundi

Abajejwe intwaro muri komine Murwi bamenyesha ko uwo yakomeretse ariko avurirwa ku bitaro bikuru vy’intara ya Cibitoke, bagahanura abanyagihugu kwirinda kwugama munsi y’iminsi imvura iriko iragwa.

 

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS