Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Ni ibiki vyarabwe mu guhitamwo imirwi ikoroka n’iyisigara muri Primus Ligue 2018-2019 ?

Inyuma y’ugusuzuma icegeranyo c’igisata kijejwe inkino mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB, urwego nshingwabikorwa rwa FFB rwafashe ingingo ko imirwi itatu yahora mu cicaro ca mbere ariyo yokorokera mu cicaro ca kabiri. Iyo mirwi nayo ni Athletico Olympic, Flambeau de l’Est hamwe na Messager Bujumbura.

Yussufu Mossi ajejwe amahiganwa mw’ishirahamwe FFB arasigura ivyarabwe mu guhitamwo imirwi ikoroka hamwe n’iyisigara muri Primus Ligue 2018-2019

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS