Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Ni iki abagize umuryango w’aba Islam kw’isi no mu Burundi bozirikana muri uku kwezi kw’amafungo Ramadhan

Cheick Sadiki Kajandi arongoye umuryango w’aba Islam mu Burundi, COMIBU, avuga ko ukwisonzesha muri ukwo kwezi kwa Ramadan, gusanzwe gufise intumbero zibiri, iy’ugukomeza ubumwe mu miryango mu gihe bariko barasangira ibifungurwa vyo ku mugoroba hamwe no kwiyegereza Imana gusumvya uko bahora babikora.

Ukwisonzesha ni kimwe mu nkingi zigize idini rya islamu harimwo kwemera Imana imwe rudende, gusenga gatanu ku munsi, gufasha abagowe no kugira urugendo i Maka. Kurikira Cheick Sadiki Kajandi arongoye umuryango wa Islam mu Burundi.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS