Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Office Burundais des Recettes(OBR)

Voici quelques réalisations de la Télévision Mashariki TV pour le compte de l’Office Burundais des Recettes(OBR):

  1. Ibirori vyo guhimbaza imyaka 10 iheze ikigo co kwegeranya amakori n’amatagisi OBR kibayeho.

Ibirori vyo guhimbaza imyaka 10 iheze ikigo co kwegeranya amakori n’amatagisi OBR kiriko kirakora mu Burundi, vyabereye mu ntara ya Gitega. Mbega kubwawe ikori ni iki? Rimariye iki igihugu n’abakibmwo? Kurikira umuyobozi mukuru wa OBR mw’ijambo yashikirije ry’umunsi wahariwe umurotangakori n’isabukuri y’imyaka 10 ya OBR.

Suivez la vidéo ⤵

2. Documentaire : Ibikorwa vyaranguwe n’ikigo OBR mu myaka 10 iheze hamwe n’imigambi ya kazoza

Burundi_Publicité: Ikigo OBR kizohimbaza kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 4 Kigarama 2019 imyaka 10 iheze ico kigo gishizweho na Reta y’Uburundi. Muri iki kiganiro Documentaire, kurikira ingene OBR yaje, ihangiro ico kigo gifise, hamwe n’imigambi yo muri Kazoza.

Suivez la vidéo ⤵

3. Ivyaranguwe n’ikigo OBR mu myaka 10 kimaze vyashikirijwe Umukuru w’Igihugu

Umviriza bikuru bikuru muvyaranguwe n’igiko OBR mu myaka 10 iheze kibayeho, ari navyo umuyobozi mukuru wa OBR Audace Niyonzima yashikirije Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza abicishije ku mushikiranganji w’ikigega ca Reta Domitien Ndihokubwayo.

Suivez la Vidéo⤵

4. Ibigega vy’igihugu vyifashe gute inyuma y’imyaka cumi habayeho ikigo OBR?

Umviriza ingene umuqhikiranganji w’ibigega vya Reta Domitien Ndihokubwayo asigura ingene ubutunzi bwagiye buriyongera mu kigega ca Reta biturutse ku kigo OBR n’abatangakori bagiye barariha amakori n’amatagisi basabwa.

Suivez la Vidéo ⤵

5. Raba abahawe agashimwe hisunzwe ivyo bakoze kuva ikigo OBR gitanguye mu Burundi

Abantu batari bake uhereye ku mushikiranganji yarajejwe ikigega ca Reta mu 2019 aho ikigo OBR catangura mu Burundi, abakurakuranywe kurongora ico kigo hamwe n’abatangakore bavyifashemwo neza gusumba abandi nibo bashikirijwe n’Umukuru w’Igihugu agashimwe ka OBR katanzwe mu birori vy’isabukuru y’imyaka 10, hisunzwe ivyo bakoze mu kubombora ikigega ca reta.

Suivez la Vidéo ⤵

APPELEZ-NOUS