Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

PAM yaronkeje ubushikiranganji bw’amagara y’abantu bimwe mu bikoresho vy’ukwingira Ebola

Rusehabaniha zibiri, inyubakwa z’utuzu twa sugumwe hamwe n’urugomero rwamazi nivyo ishirahamwe PAM ryashikirije ubushikiranganji bw’ amagara y’abantu mu ntumbero yo kwitegurira no gukinga ikiza ca Ebola. Ibirori vyo kubishikiriza vyabereye muri commune Mutimbuzi, Zone Gatumba, ahasanzwe hari posita yo gupimirako ingwara ya Ebola.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS