Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Papy Faty yashinguwe isandugu ryiwe baryambika idarapo ry’Uburundi

Papy Faty umukinyi w’intamba mu rugamba aheruka kwitaba Imana yashinguwe kuri uwu wa gatanu mw’itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda. Abavyeyi biwe, abavukanyi, umuryango wiwe, abategetsi batandukanye b’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru FFB, hamwe n’abo bakinanye bari bishikiye ku bitaro KIRA biri mu gisagara ca Bujumbura, kumwunamira irya nyuma. Ido n’ido ry’ingene uwo mugirwa w’ukumushingurana iteka wagenze, ni makuru yacu yo hanyuma.

Ikiziga ca Papy Faty cari cashikanwe i Bujumbura kuri uwu wa kane.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS