Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Ligue B : Uko imirwi yo mu cicaro ca kabiri yatsindanye ku ndwi ya kane

Inkino z’ihiganwa rya Ligue B rirabandanya mu cicaro ca kabiri (Ligue B), zikaba zigeze ku ndwi igira iya kane. Mu mpera z’iyi ndwi, inkino zitandatu akaba arizo zabaye ku bibuga bitandukanye.

Uko izo inkino z’indwi ya zane zagenze mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri mu Burundi (Ligue B)

Les Jeunes Athletics 2-1 Rumonge City

Burundi Sport Dynamic 2-0 Inter Star

Mosso Sugar 1-1 Unité FC

Lumière de Mwumba 3-1 Royal

Top Junior 2-1 Buhumuza

Delta Star 1-0 Busoni

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS