Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Samba Panza yahoze ari umukuru w’igihugu ca Centrafrique ari mu rugendo mu Burundi (Vidéo)

Uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Centrafrique Catherine Samba Panza ari kumwe na Liberate Mulamula yahoze ari umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe CIRGL ari mu rugendo rw’iminsi itatu mu Burundi, bompi bakaba bashitse ku kibuga c’indege ca Bujumbura kuri uwu wa gatatu. Ikizanye abo bategetsi bompi mu Burundi ni muri iyi Vidéo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS