Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Uburenganzira bwa Reta bw’ugusaba ingurane muma Banki

Banki nkuru y’igihugu y’igihugu ivuga ko Reta y’Uburundi iyo ibuze amafaranga ikoresha ifise uburenganzira bw’ugusaba ingurane amabanki, ingurane izorihwa mu gihe gito canke kirekire. Nyandwi Pélagie ajejwe igisata c’amasoko muri Banki nkuru y’igihugu c’Uburundi amenyesha ariko ko imbere y’uko Reta isaba iyo ngurane, ibanza kwiyemeza ikiringo ntarengwa c’ukuriha, hamwe n’inyungu y’iyo ngurane.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS