Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu buriteguriye indwi yahariwe urucanco rw’ibibondo muri Afrika

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu bwaratanguje kuri uwu wa gatanu uruganda rwo gutegura indwi yahariwe urucanco rw’ibibondo muri Africa. Nk’uko bisigugwa n’umushikiranganji w’amagara y’anantu Dr Thadée Ndikumana, abana bose batarakwiza imyaka itanu bazoronswa incanco zitadukanye mu gihugu cose kuva kuwa 18 kugeza kuwa 21 Ruheshi uno mwaka.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS