Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Ubutumwa bw’Umukuru w’inama nshingamateka ku bijanye n’amatora ya 2020

Inyuma y’ibikorwa rusangi vyabereye i Nyamabere, komine Mpanda Intara ya Bubanza kuri uwu wa gatanu, umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi Pascal Nyabenda yasavye abanyagihugu kuguma abafatanye mu nda, ntibateranywe n’ibihe vy’amatora Uburundi bwimirije.

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS