Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Uko imirwi ine isigaye mw’ihiganwa ry’igikombe c’umukuru w’igihugu igiye guhura

Imirwi ine isigaye mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu izotana mu mitwe mu mpeza z’iyi ndwi, mu gice ca kabiri gishira ica nyuma. Rukinzo FC izokina na Ngozi City, kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ndamukiza 2019, isaha icenda ku kibuga citiriwe Ingoma co mu ntara ya Gitega.

Ku kibuga Umuco co mu ntara ya Muyinga, ku munsi w’Imana igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2019, isaha icenda, Aigle Noir izohura na Inter Stars

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS