Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Abakinyi b’Intamba mu rugamba bazoserukira Uburundi muri Niger bahejeje kumenyekana

Joslin BIPFUBUSA, umumenyereza mukuru w’umurwi nserukiragihugu w’abadashikana imyaka 20 (Intamba mu rugamba U20) ahejeje gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 21 bagiye guserukira Uburundi mu nkino z’igikombe ca afrika zigiye kubera mu gihugu ca Niger kuva kw’igenekerezo rya 2 gushika kuwa 17 Ruhuhuma 2019.

Uburundi buri mw’itsinda (Groupe) rimwe n’ibihugu vya Niger yakiriye iryo higanwa, igihugu ca Nigéria hamwe na Afrika y’epfo. Abo bakinyi bazofata urugendo kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 29 Nzero 2019, igihe c’isaha icumi z’umuhingamo (16h).

Abakinyi 21 bagiye guserukira Uburundi muri CAN_U20 ni :

1.RUKUNDO Onésime (Messager Ngozi)

2. KITENGE Ally Tonton (Buja City)

3. NDIZEYE Aimé Fales (Aigle noir)

4.SELEMANI Moustafa (Aigle noir)

5.NDORIYOBIJA Eric(Stand Utd)

6.NAHIMANA Steve (Kayanza UTD)

7.NDAYE Chancel (Rukinzo Fc)

8.BIGIRIMANA Ramadhan(Stand Utd)

9.MURYANGO Mabano Shabani (Aigle noir)

10. EZA Armel (Kayanza UTD)

11.NSHIMIRIMANA Jospin (Aigle noir)

12.MBIRIZI Eric (Stand UTD)

13. RAMADHAN Pascal (Musongati Fc)

14.KANAKIMANA Bienvenu (Aigle noir)

15.MAVUGO Cédric (Aigle noir)

16.ULIMWENGU Jules(Sunrise)

17. IRAKOZE Saidi (Musongati Fc)

18.RUKUNDO Therence (KAYANZA UTD)

19.MOHAMED Amissi (Nac Breda)

20.HAKIZIMANA Héritier(Aigle Noir)

21.BARANDONDERA Abdoul Karim (Flambeau du Centre ).

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS