Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Umurwi nserukiragihugu intamba mu rugamba urabandanya witegurira CAN 2019 (Vidéo)

Umurwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba urabandanya witegurira CAN 2019. Kuri uwu wa kabiri, batatu bandi mu batumweko bashitse i Bujumbura, abo nabo ni Elvis Kamsoba avuye mu gihugu ca Australie, Enock Sabumukama avuye Zambia hamwe na David Nshimirimana

 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS