Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Umusirikare wo mw’ikambi yo mu Ngagara yatowe ikiziga

Umusirikare azwi kw’izina rya Caporal Chef Habonimana Christophe yatowe ikiga mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu muri zone Ngagara karitiye y’icumi. Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko amatohoza yatanguye kugira abagandaguye uwo musirikare bafatwe.

Petero Nkurikiye umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano amenyesha ko ico kiziga cari kiboshe vyaboneka ko uwo musirikare yagandaguwe akubiswe mu mutwe n’abantu bataramenyekana.

Mu giporisi bashikiriza ko ikarata y’ukwivurizako y’uwo musirikare yerekana ko yakora mw’ikambi yo mu Ngagara.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS