Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

“Urwaruka rukeneye kumenya kwitunganiriza imigambi yo kwiteza imbere” – Léonce Ngabo

Léonce Ngabo arongoye ihiganwa rya FESTICAB rigeze ku ncuro yaryo 11 avuga urwaruka rukeneye kwigishwa kwitunganiriza imigambi y’ukwiteza imbere, kugira ruve mu bushomeri bwibonekeza muri iki gihe. Kubwa Ngabo, izo nyigisho z’ukwitunganiriza imigambi nizo zizofasha urwaruka kuva mu ngeso mbi zigizwe ahanini n’ikunywa ibiyayuramutwe, kuja ku maligala, hamwe n’izindi. Yabishikirije mu nyigisho ishirahamwe arongoye Festicab rifadikanije na PNUD ryatunganirije urwaruka kuri uyu wa kabiri mu rukurikirane rw’ibikorwa vy’isabukuru igira ya 11 y’amareresi mu Burundi.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS