Mashariki TV

L' information fiable et en temps réel

Wari uzi igituma inoti y’ijana itari mu mafaranga yahinduwe na Banki nkuru y’igihugu ?

Umuyobozi mukuru wa Banki nkuru y’igihugu c’Uburundi asigura ko inoti y’ijana itari mu zahinduwe kuva kuri uwu wa kane, kuko hari umugambi w’uko iyo noti y’ijana isubirizwa n’igiceri, kuko arico kiramba kuruta inoti.

Kurikira umuyobozi mukuru wa Banki nkuru ya Repuburika y’Uburundi

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

APPELEZ-NOUS